lirik lagu sat-b – iwacu
vers 1:
hommy !! hommy !! muntu ugana iwacu
reka nkutume hariya kwa mama
umubwire yuko muk-mbuye
iyo mwibutse oooh ndasarara
hommy !! hommy!! muntu uja i burundi
ukagera hariya i bujumbura
k-mayira abiri
uti ndabak-mbuye
igihe kazoza tubonane !!
uti nanse kubona nicwa n’inzara
nanse kubona mama yicwa n’inzara
hageze igihe akazi karabura
kuko abonse rimwe bashamiranye
layla akarira akarira, akabura ikimuhoza
kubwo kubura ico muha
chorus:
hariya iwacu kuri ya misozi
“iwacu ndahak-mbuye”
mfise intuntu yo gusubirayo
“abiwacu ndabak-mbuye”
hariya iwacu kuri ca kiyaga
“iwacu ndahak-mbuye”
mfise intuntu yogusubirayo
“ab’iwacu ndabak-mbuye
spoken:
“(#leyla) papa je t aime uzoza ryari k-mbuye k-mbuye “
vers 2:
harya ubuto butegurira ubusaza
inkoni nzokwitwaza mu butama
ni ngombwa ndayice nkiri muto
sije nabizanye !
tuvukira mu bibazo
tukongera tukabikuriramwo
kuko tuzira ivyo tutazi
bigatuma tutabona imbere
ooooh!! oooh!! mana!!!
ehe amagara yarankitse
mu mahanga muc’abandi
ibibi burya bibaho
no kwihangana bikabaho
ariko uri iwanyu biroroha
ukihanganira vyose
chorus:
hariya iwacu kuri ya misozi
“iwacu ndahak-mbuye”
mfise intuntu yo gusubirayo
“abiwacu ndabak-mbuye”
hariya iwacu kuri ca kiyaga
“iwacu ndahak-mbuye”
mfise intuntu yogusubirayo
“ab’iwacu ndabak-mbuye
Lirik lagu lainnya:
- lirik lagu cezarko – diaľnica
- lirik lagu tamta – θάρρος ή αλήθεια (tharros i alithia)
- lirik lagu that’s fake – nintendo (parody of despacito)
- lirik lagu kurby – truly pissed
- lirik lagu auroch (band) – avatar
- lirik lagu commenter #29 – mr. fluoride
- lirik lagu duzz – colapso
- lirik lagu nazareth – never dance with the devil
- lirik lagu lindsey stirling – time to fall in love
- lirik lagu azchike – how you actin’