lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu big fizzo – ni wewe

Loading...

fizzo baby
ba~bantubwoy music

nta kindi kintu canzinduye
atari we gusa nishimiye
mu mutima umubabaro wuzuye
urukundo rwawe rwanteye
ndakubona nkat’umutwe
nk~mva nomera amababa nguruke

muri jewe
urukundo rwabize
mbwira ijambo
rimwe nduhuke
(ni wewe)
ni wewe wama mu mutima wanje
(ni wewe)
ni wewe nashize muri ntibate
(ni wewe)
ntawundi nkunda atari wewe
(ni wewe)
je ntawundi mbona atari wewe

kenshi iyo twegeranye nsanga ndi kuvuga ibitajanye
nkasanga ntwenga ibidatwengeje
(nkuva amasoni)
ntiwigera umbaza na rimwe uko merewe
kubera unyihweje uramenya ikimbakiye
kuvyigumizamwo nukuri vyananiye
mpisemwo kubivuga ng’ubimenye

muri jewe
urukundo rwabize
mbwira ijambo
rimwe nduhuke
(ni wewe)
ni wewe wama mu mutima wanje
(ni wewe)
ni wewe nashize muri ntibate
(ni wewe)
ntawundi nkunda atari wewe
(ni wewe)
je ntawundi mbona atari wewe

uno munsi nahisemwo kwimenera ibanga
ngo ndirimbe ikindaje ishinga
bimenyekane hose mu mashinga
k’ari wewe
undaza itiro

ni wewe wama mu mutima wanje
(ni wewe)
ni wewe nashize muri ntibate
(ni wewe)
ntawundi nkunda atari wewe
(ni wewe)
je ntawundi mbona atari wewe

(ni wewe)
ni wewe wama mu mutima wanje
(ni wewe)
ni wewe nashize muri ntibate
(ni wewe)
ntawundi nkunda atari wewe
(ni wewe)
je ntawundi mbona atari wewe
oh babe
bantubwoy music


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...