lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu yvan paul - kanakimana

Loading...

verse 1

sinari niteze ko nokunda
ariko ushobora gukundwa ugakunda
nta munota umwe ugenda nta kwiyumviriye babe
warakunzwe my lady
nkuko amazi amara inyota ni nkuko na we babe
umara inyota my baby

chorus

usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza

usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza

verse

everything on my mind is all about you
everything on my mind is all about, all about babe
i have been thinking all about
i have been talking all about
everything is all about you, babe

umutima wanje owoye
umutima wanje owoye
ndikutande ai ndikuhole
ndikutande

chorus

usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza

usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...