lirik lagu kidum kibido - intimba y'urukundo
[intro]
intimba intimba ooh
intimba intimba
intimba intimba eeh
[verse 1]
umva rwa rukundo
nama ndakubwira
ibuk’urya munsi
naza kukuraba
war’ugeze kure
nakubony’untera agahinda
numva biranse munda
amosozi yuzur’amaso
cabay’icibutso
c’umutima wanje
yabay’intimba
yumutima wanje
ca gihe c’umubabaro
abansi bara twenga twenga
abakunzi nabo
bamwe bakaganya
uzobirabe, ugeze mu marushwa
uzobirabe, ugeze mu marira
uzobirabe, igihe urik’uraririmba
nkanje
[chorus]
sinari nzi ko amarira yob’urukundo
sinari nzi ko na wewe w~nkunze bitavugwa
sinari nzi ko wonyihebera
[verse 2]
bavuga iyo numva
iyo ntumva naho bitwengera
ngw’ino rukundo
usa na yo kw’iteke (usa na yo kw’iteke)
nagomba k~mb’iruhande
hamw’umvuga, nkakwumva
nagomba kuba
hamw’utwenga, nkakubona
usanzw’ubizi ko
ngenda ndi inyanka mug~yo
iy’ataba wewe
ahari impene haba hari ikiziriko
nsishobora kuguheba
kandi nuko n’ukuri ku buzima
ihorere uraziko, ntashobora kuguheba
nico gituma, mbaha amaso simbah’amatwi
sinegeze menya
[chorus]
sinari nzi ko amarira yob’urukundo
sinari nzi ko na wewe w~nkunze bitavugwa
sinari nzi ko wonyihebera
intimba y’urukundo
nabonye umwong’utemba amazi y’umusara
ndayanwesha isezerano ya rwa rukundo
wafata urugendo rukakubera indahiro
ayonkubwiye ukayatega abiri
mpishuka, mpishuka
[chorus]
sinarinzi eeeh
sinarinzi oooh
sinarinzi
sinarinzi ko yari intimba y’urukundo
ko norize
ko nawe worize
ko tworize
[outro]
sinarinzi
sinarinzi
sinarinzi
sinarinzi ko yari intimba y’urukundo
ko norize
ko nawe worize
ko twese tworize
sinirinzi
ko norize
ko tworize
ko tworize
Lirik lagu lainnya:
- lirik lagu trux.xd - conected
- lirik lagu kenny mehler - pasadena (deluxe version) [bonus track]
- lirik lagu silent dollie - threads of gold
- lirik lagu hamza (bih) - dobrodošli u bosnu
- lirik lagu alcred - pen to paper
- lirik lagu västerbron - det sista jag vill ha
- lirik lagu boyband, de literaire boyband - niet in oranje
- lirik lagu lil skar - tau nereikejo
- lirik lagu rayvanny - kaniacha
- lirik lagu dennis day - i must have done something wonderful