lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu jean-christophe matata - mukobwa ndagowe

Loading...

warampaya ukampayagiza
nanje agati mu ryinyo nti ni uyo

nibutse kera ukinkiza
kukwita mon chéri mon amour
ukinyita arc~en~ciel
n’ingene ubu undiriye mu nzu
vraiment amosozi aricunda

mukobwa ndagowe

ehe abana dufise batanu
usigaye ubantana mu nzu
ugataha rimwe mu mezi abiri
kandi ush~tse nkarara ku mahiri

untuka ngo nsa n’umwavu
rukundo undiye ataco umpoye
hari ikintu wibagiye

ehe ubu ndi nyina w’abana
sinkiri ya nk~mi yishinga ama parfums
na redige zose, na za optimum na sudanire
kandi ivyo nawe urabizi
ntugire ngo ni kera nkiri ink~mi
nkifise umwanya w’igisokozo
icirore n’akabuye ko kwica amaga
lime na vernis inzara zigasaza
nkiri à la mode
nkifise ama succès

ukimpaya ngo ndi isaka rishuritse ibikorwa
rikamurwa amahoro
ngo ni jewe rumuri rw’ubuzima bwawe
ngo ndi imfura y’abavyeyi

noneho ubu urantaye
urigumuye ukurikiyе ink~mi
mbega aho izoburira umwanya nkanje
kubera ibikorwa n’uruvyaro
uzoyita urondеreye iyindi
canke bizogenda gute

reka kwitesha agaciro
reka kwiminimiza
heba ugaruke abana tubahe akarorero keza
tubahe indero ndundi
indero runtu

mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
[bridge]

ya tendresse
mukobwa ndagowe

ya ma promesses
mukobwa ndagowe

na za je t’aime vyagiye hehe
mukobwa ndagowe

vyaciye hehe
mukobwa ndagowe

mukobwa ndagowe

mukobwa ndagowe

ya tendresse
mukobwa ndagowe

ya ma promesses
mukobwa ndagowe

na za je t’aime vyagiye hehe
mukobwa ndagowe
vyaciye hehe
mukobwa ndagowe

vyagiye hehe
mukobwa ndagowe

wabishize hehe
mukobwa ndagowe

wabitaye hehe
mukobwa ndagowe

mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe
mukobwa ndagowe

vyagiye hehe
mukobwa ndagowe

vyaciye hehe
mukobwa ndagowe

vyagiye hehe
mukobwa ndagowe

mukobwa ndagowe

vyagiye he


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...