lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu eunia simbagoye - ngomba kwibanira na wewe

Loading...

reka ndirimbe ntazire nshim’umukiza wanj’umwami wamahoro agira vyose
igihe n’iki nyene ninava mumubiri ntizeye vyose bizoba biheze
ngomba kuja mwijuru

ntakintu nakimwe kibereye nk’urukundo rwawe no no noo
ntakintu nakimwe kibereye nk’imbabazi zawe
ngomba kwibanira nawe

urukund’imana yadukunze ntacotworugereranya nicogituma dukwiriye
gusenga dufis’ivyizigiro kwari hafi kuza kutujana mubwiza bwo mwijuru
tuje kwibanira nawe

ntakintu nakimwe kibereye nk’urukundo rwawe no nooo
ntakintunakimwe kibereye nk’imbabazi zawe uuu yeah
ntakintu nakimwe kibereye nk’urukundo rwawe ye yeah
ntakintunakimwe kibereye nk’imbabazi zawe
ngomba kwibanira nawe
ngomba kwibanira nawe

yeah yeah
ndakubwire mwenedata shetani n’umuja
azoguhend’akuzunguruk’akubesha
akwerek’ivyisi kwarivyo bibereye
azokujan’ahaduga n’ahamanuka
ukesha kwariyo nzira yokuronk’ubuzima
azokubwira wice uwukunda
aguhenda kwariyo nzira yokuronka itunga
azoguteranya n’abavyeyi bagukunda
maz’ akujane mubansi ngonibo bagukunda
azoguteranya n’abavukanyi n’abagenzi
mazakujane mubib’umererwe nabi we,
ndakubwire
angaria vizuri
ndakubwire vuga
sikutaki shetani
ndakubwire vuga vuga

ntakintu nakimwe kibereye nk’urukundo rwawe no no noo
ntakintunakimwe kibereye nk’imbabazi zawe uuu yeah
ntakintu nakimwe kibereye nk’urukundo rwawe no no noo
ntakintunakimwe kibereye nk’imbabazi zawe

ngomba kwibanira nawe (mwami)
ngomba kwibanira nawe(nawe)
ngomba kwibanira nawe (uu nawe)
ngomba kwibanira nawe (nawe)
ngomba kwibanira nawe(ugira vyose mwami mana)
ngomba kwibanira nawe(nawe)
ngomba kwibanira nawe(we w’imbabazi)
ngomba kwibanira nawe(oh na wewe)
ngomba kwibanira nawe(ugiravyose wewe)
ngomba kwibanira nawe (ngomba kwibanira nawe yesu)
ngomba kwibanira nawe (oh ngomba ngomba ngomba)
ngomba kwibanira nawe (kwibanira nawe)

oooh , niwe wera
ni wewe wera, wewe
ni wewe wera, wewe
ni wewe wera, wera
ni wewe wera mwami,
ni wewe wera, mwami
ni wewe wera, wewe we wera
ni wewe wera, wenyene
ni wewe wera wera
ni wewe wera, ugira vyose
ni wewe wera,wewe
ni wewe wera, w’urukundo
ni wewe wera
ni wewe wera, mwami wew’
ni wewe wera ukund’abantu
ni wewe wera, ukunda twese
ni wewe wera, niwe wera
uuuu, wewe wera,
mwami,
mmmm


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...