lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu double jay once again - kwiti kwiti

Loading...

yo yo yo
yo yo yo yo
bantu boy music again (again)
represent bad boy k!ller (k!ller)
it’s double jay once again (again)
endo mike sh~t on the beat
nkund’inzoga kubi
kandi zingejeje habi
kukibanvuga nabi
erega kw’iyima nibibi
oya twebwe ntitwifunga
reka twirir’ifaranga
tuyahig’ijoro n’umutaga
mukuyarya ntibaducunga
unomusi twasubiriye
je nanyoy’ikaziye
har’uwambariyee
ngo ntaconzopha nimariye
zankariye iye yeyeee

unomusi sintaha a~ha haha
je numva nokwigumirangaha a~ha
kukohararyoshe ehhhh
nukuri hararyoshe yeah yea
oya sintaha
reka ninywere sintaha
nukuri sintaha
ndi kwiti kwiti
jewe nunva ndi kwiti kwiti
zingeze aha ndi kwiti kwiti
ndi kwiti kwiti
vyanse kontaha ndi kwiti kwiti

numva umenga no duma
mumtwe numva ibintu biguma bisuma
nguma mvuga ngo n’iyanyuma
ariko nkisanga nguma ndazituma
nterefonera mama
umubwire ko nataha vyiza yoba’araryama
ni parte after parte
oya ntwab’ari karate
cherie, wawe mucunge ntumute
ugoswe naho bamurigate
kw’isi hararyoshee
har’akantu mwijuru
ibiri kure rwoseee
birya abari n’amaguru
mr.dj vuza yayindi
vyaryoshe ntakuj’ahandi
icupa batwongere irindi
(n’amahoro iwacu iburundi)

oya twebwe ntitwifunga
reka twiririfaranga
tuyahig’ijoro n’umutaga
mukuyarya ntibaducunga
unomusi twasubiriye
je nanyoy’ikaziye
har’uwambariye
ngo ntaconzopha nimariye
zankariye iye yeyeee

unomusi sintaha a~ha haha
je nunva nokwigumirangaha a~ha
kukohararyoshe ehhhh
nukuri hararyoshe yeah yea
oya sintaha
reka ninywere sintaha
nukuri sintaha
ndi kwiti kwiti
jewe nunva ndi kwiti kwiti
zingeze aha ndi kwiti kwiti
ndi kwiti kwiti
vyanse kontaha ndi kwiti kwiti


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...