lirik.web.id
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu bahaga prosper - mama wo kwa mutama

Loading...

[1st verse]
tukiri bato mawe
waraturungika mu mugamba
kwiga imico kavukire
no kuramutsa incuti

ndak~mbuye

[chorus]
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

[2nd verse]
akira mwana ico cansi c’amata
usomeze uwo mutsima
handiho ntuzokura
wishinga imvuzo hamwe n’intete

none ehe raba twarakuze
dushwibagiye mu gahinga
ese ukubura akaryo
mbega tuzosubira ryari
[chorus]
ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

[3rd verse]
ububiligi ni uruja n’uruza
hari indya z’ubwoko bwose
narasumye amateke
ndabura imvuzo haba n’intete

ariko sindahebura
ndabituye imana
umusi uri izina
ni kabiri na rimwe tubonane

ndak~mbuye
[chorus]

mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora
ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

[4th verse]
ejo ukabona ndagarutse
nzoheza ndakurwe mu nda
sinze nsubira inyuma
ntariye imvuzo hamwe n’intеte

[chorus]
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwе na nibogora

akira mwana ico cansi c’amata
usomeze uwo mutsima
handiho ntuzokura
wishinga imvuzo hamwe n’intete

[chorus]
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora
ndak~mbuye
mama wo kwa mutama
hamwe na nibogora

ndak~mbuye


Lirik lagu lainnya:

LIRIK YANG LAGI HITS MINGGU INI

Loading...